لِإِيلَٰفِ قُرَيۡشٍ ﴿1﴾لِإِيلَٰفِ قُرَيۡشٍ
Transliteration: Lieelafi qurayshin
Translation: Kubera akamenyero k’Abakorayishi;
لِإِيلَٰفِ قُرَيۡشٍ ﴿1﴾لِإِيلَٰفِ قُرَيۡشٍ
Transliteration: Lieelafi qurayshin
Translation: Kubera akamenyero k’Abakorayishi;
إِۦلَٰفِهِمۡ رِحۡلَةَ ٱلشِّتَآءِ وَٱلصَّيۡفِ ﴿2﴾إِۦلَٰفِهِمۡ رِحۡلَةَ ٱلشِّتَآءِ وَٱلصَّيۡفِ
Transliteration: Eelafihim rihlata alshshitai waalssayfi
Translation: Akamenyero kabo ko kuja mu gihugu ca Yemeni kiri mu bumanuko mu rushana, no kuja mu bihugu vyo muri Shaamu biri mu buraruko mu ci, aho baja kurangura ibidandazwa, bakishira bakizana ata nkomanzi.
فَلۡيَعۡبُدُواْ رَبَّ هَٰذَا ٱلۡبَيۡتِ ﴿3﴾فَلۡيَعۡبُدُواْ رَبَّ هَٰذَا ٱلۡبَيۡتِ
Transliteration: FalyaAAbudoo rabba hatha albayti
Translation: Kubera ivyo rero, nibashimire Imana Rurema Nyene iyi ngoro ntagatifu (Al-Ka’ba), babaye hambavu yayo batekaniwe; baheze bayiyegereze mu vyo bakora vyose banayisenge ari Imwe Rudende;
ٱلَّذِيٓ أَطۡعَمَهُم مِّن جُوعٖ وَءَامَنَهُم مِّنۡ خَوۡفِۭ ﴿4﴾ٱلَّذِيٓ أَطۡعَمَهُم مِّن جُوعٖ وَءَامَنَهُم مِّنۡ خَوۡفِۭ
Transliteration: Allathee atAAamahum min jooAAin waamanahum min khawfin
Translation: Yo Yabafunguriye Ikabakiza inzara, Ikabaha n’umutekano, Ikanabakiza ubwoba.
Transliteration source: English Transliteration by Tanzil. Used under Tanzil's non-commercial terms; see the source and latest updates at Tanzil. Tanzil translation download