quranm◉

Surah Al-Qadr transliteration

◉ Sura · ∞

97:1

إِنَّآ أَنزَلۡنَٰهُ فِي لَيۡلَةِ ٱلۡقَدۡرِ ﴿1﴾

Transliteration: Inna anzalnahu fee laylati alqadri

Translation: Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twamanuye Qor’ani mw’ijoro ry’iteka nta ngere mu kwezi kwa Ramadhani.

97:2

وَمَآ أَدۡرَىٰكَ مَا لَيۡلَةُ ٱلۡقَدۡرِ ﴿2﴾

Transliteration: Wama adraka ma laylatu alqadri

Translation: Ntumwa y’Imana! Ni igiki cokumenyesha ico ari co ijoro ry’iteka nta ngere?

97:3

لَيۡلَةُ ٱلۡقَدۡرِ خَيۡرٞ مِّنۡ أَلۡفِ شَهۡرٖ ﴿3﴾

Transliteration: Laylatu alqadri khayrun min alfi shahrin

Translation: Ijoro ry’iteka nta ngere, ni ijoro iciza gikozwe muri ryo, gisumba mu ndishi iciza gikozwe mu mezi igihumbi atagiramwo iryo joro[1].

97:4

تَنَزَّلُ ٱلۡمَلَـٰٓئِكَةُ وَٱلرُّوحُ فِيهَا بِإِذۡنِ رَبِّهِم مِّن كُلِّ أَمۡرٖ ﴿4﴾

Transliteration: Tanazzalu almalaikatu waalrroohu feeha biithni rabbihim min kulli amrin

Translation: Muri ryo, hamanuka abamalayika ku bwinshi bari kumwe na Mutimamweranda Jibrili, kw’itegeko ry’Imana yabo Rurema Allah, bagaheza bakerekwa n’ivyagezwe vyose vyo muri uwo mwaka.

97:5

سَلَٰمٌ هِيَ حَتَّىٰ مَطۡلَعِ ٱلۡفَجۡرِ ﴿5﴾

Transliteration: Salamun hiya hatta matlaAAi alfajri

Translation: Iryo joro rero, ni amahoro masa gushika umutwenzi ukitse.

Transliteration source: English Transliteration by Tanzil. Used under Tanzil's non-commercial terms; see the source and latest updates at Tanzil. Tanzil translation download