quranm◉

Surah Al-Ikhlas transliteration

◉ Sura · ∞

112:1

قُلۡ هُوَ ٱللَّهُ أَحَدٌ ﴿1﴾

Transliteration: Qul huwa Allahu ahadun

Translation: Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Imana Allah, ni Imwe Rudende mu bumana bwayo, mu bushobozi bwo kurema no mu mazina n’amatazirano yayo.

112:2

ٱللَّهُ ٱلصَّمَدُ ﴿2﴾

Transliteration: Allahu alssamadu

Translation: Imana Allah, ni Yo Nyenugutumberwa muri vyose.

112:3

لَمۡ يَلِدۡ وَلَمۡ يُولَدۡ ﴿3﴾

Transliteration: Lam yalid walam yooladu

Translation: Ntiyavyaye kandi ntiyavyawe, eka ntigira n’umugore.

112:4

وَلَمۡ يَكُن لَّهُۥ كُفُوًا أَحَدُۢ ﴿4﴾

Transliteration: Walam yakun lahu kufuwan ahadun

Translation: Kandi ntigira ikiremwa na kimwe bisa canke bisusa, haba mu mazina n’amatazirano yayo, haba no mu bushobozi bwayo”.

Transliteration source: English Transliteration by Tanzil. Used under Tanzil's non-commercial terms; see the source and latest updates at Tanzil. Tanzil translation download