إِذَا زُلۡزِلَتِ ٱلۡأَرۡضُ زِلۡزَالَهَا ﴿1﴾إِذَا زُلۡزِلَتِ ٱلۡأَرۡضُ زِلۡزَالَهَا
Transliteration: Itha zulzilati alardu zilzalaha
Translation: Igihe isi yanyiganyijwe nya kunyiganyizwa;
إِذَا زُلۡزِلَتِ ٱلۡأَرۡضُ زِلۡزَالَهَا ﴿1﴾إِذَا زُلۡزِلَتِ ٱلۡأَرۡضُ زِلۡزَالَهَا
Transliteration: Itha zulzilati alardu zilzalaha
Translation: Igihe isi yanyiganyijwe nya kunyiganyizwa;
وَأَخۡرَجَتِ ٱلۡأَرۡضُ أَثۡقَالَهَا ﴿2﴾وَأَخۡرَجَتِ ٱلۡأَرۡضُ أَثۡقَالَهَا
Transliteration: Waakhrajati alardu athqalaha
Translation: Maze isi igasohora ibiri muri yo vyose; abapfuye hamwe n’ubutare;
وَقَالَ ٱلۡإِنسَٰنُ مَا لَهَا ﴿3﴾وَقَالَ ٱلۡإِنسَٰنُ مَا لَهَا
Transliteration: Waqala alinsanu ma laha
Translation: Umuntu akicwa n’ubwoba n’akantu abaza ati: “Mbega yemwe! Isi yashikiwe n’iki?”.
يَوۡمَئِذٖ تُحَدِّثُ أَخۡبَارَهَا ﴿4﴾يَوۡمَئِذٖ تُحَدِّثُ أَخۡبَارَهَا
Transliteration: Yawmaithin tuhaddithu akhbaraha
Translation: Uwo musi, isi izoshikiriza inkuru z’ivyayikoreweko vyose; vyaba ivyiza canke ibibi;
بِأَنَّ رَبَّكَ أَوۡحَىٰ لَهَا ﴿5﴾بِأَنَّ رَبَّكَ أَوۡحَىٰ لَهَا
Transliteration: Bianna rabbaka awha laha
Translation: Kuko Imana yawe Rurema Allah Yayitegetse.
يَوۡمَئِذٖ يَصۡدُرُ ٱلنَّاسُ أَشۡتَاتٗا لِّيُرَوۡاْ أَعۡمَٰلَهُمۡ ﴿6﴾يَوۡمَئِذٖ يَصۡدُرُ ٱلنَّاسُ أَشۡتَاتٗا لِّيُرَوۡاْ أَعۡمَٰلَهُمۡ
Transliteration: Yawmaithin yasduru alnnasu ashtatan liyuraw aAAmalahum
Translation: Uwo musi, abantu bazozuka bari imigwimigwi, kugira berekwe n’Imana Allah ibikorwa vyabo, Inabibahembere.
فَمَن يَعۡمَلۡ مِثۡقَالَ ذَرَّةٍ خَيۡرٗا يَرَهُۥ ﴿7﴾فَمَن يَعۡمَلۡ مِثۡقَالَ ذَرَّةٍ خَيۡرٗا يَرَهُۥ
Transliteration: Faman yaAAmal mithqala tharratin khayran yarahu
Translation: Uwo wese rero akora iciza n’aho coba kingana n’akanyegeri, azobona indishi yaco mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
وَمَن يَعۡمَلۡ مِثۡقَالَ ذَرَّةٖ شَرّٗا يَرَهُۥ ﴿8﴾وَمَن يَعۡمَلۡ مِثۡقَالَ ذَرَّةٖ شَرّٗا يَرَهُۥ
Transliteration: Waman yaAAmal mithqala tharratin sharran yarahu
Translation: N’uwukora ikibi n’aho coba kingana n’akanyegeri, na co nyene azobona igihano caco mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
Transliteration source: English Transliteration by Tanzil. Used under Tanzil's non-commercial terms; see the source and latest updates at Tanzil. Tanzil translation download