quranm◉

Surah Al-Kawthar transliteration

◉ Sura · ∞

108:1

إِنَّآ أَعۡطَيۡنَٰكَ ٱلۡكَوۡثَرَ ﴿1﴾

Transliteration: Inna aAAtaynaka alkawthara

Translation: Muvugishwamana! Mu vy’ukuri, Twarakweguriye impano y’ivyiza vyinshi nta ngere kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa[1].

108:2

فَصَلِّ لِرَبِّكَ وَٱنۡحَرۡ ﴿2﴾

Transliteration: Fasalli lirabbika wainhar

Translation: Kubera ivyo rero, senga wamizeko wongere ukerere kw’izina ry’Imana no ku bw’Imana yawe Rurema Allah.

108:3

إِنَّ شَانِئَكَ هُوَ ٱلۡأَبۡتَرُ ﴿3﴾

Transliteration: Inna shaniaka huwa alabtaru

Translation: Mu vy’ukuri, uwugucokora akanka n’uburongozi warungikanwe, ni we yacitswe n’ivyiza vyose, kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.

Transliteration source: English Transliteration by Tanzil. Used under Tanzil's non-commercial terms; see the source and latest updates at Tanzil. Tanzil translation download