quranm◉

Surah Al-Qari'ah transliteration

◉ Sura · ∞

101:1

ٱلۡقَارِعَةُ ﴿1﴾

Transliteration: AlqariAAatu

Translation: Umusi nkuramutima.

101:2

مَا ٱلۡقَارِعَةُ ﴿2﴾

Transliteration: Ma alqariAAatu

Translation: Mbega, ni igiki umusi nkuramutima?

101:3

وَمَآ أَدۡرَىٰكَ مَا ٱلۡقَارِعَةُ ﴿3﴾

Transliteration: Wama adraka ma alqariAAatu

Translation: Ni igiki cokumenyesha ico ari co umusi nkuramutima?

101:4

يَوۡمَ يَكُونُ ٱلنَّاسُ كَٱلۡفَرَاشِ ٱلۡمَبۡثُوثِ ﴿4﴾

Transliteration: Yawma yakoonu alnnasu kaalfarashi almabthoothi

Translation: Ni umusi, abantu bazozuka batagira iyo baja n’iyo bava, bashwiragiye nk’ibinyugunyugu bishwiragijwe;

101:5

وَتَكُونُ ٱلۡجِبَالُ كَٱلۡعِهۡنِ ٱلۡمَنفُوشِ ﴿5﴾

Transliteration: Watakoonu aljibalu kaalAAihni almanfooshi

Translation: N’imisozi ikaba nk’ubwoya bw’isufi[1] busanzajwe, butumuriwe hejuru n’umuyaga.

101:6

فَأَمَّا مَن ثَقُلَتۡ مَوَٰزِينُهُۥ ﴿6﴾

Transliteration: Faamma man thaqulat mawazeenuhu

Translation: Uwo wese rero, ivyiza vyiwe bizoremera ku munzani;

101:7

فَهُوَ فِي عِيشَةٖ رَّاضِيَةٖ ﴿7﴾

Transliteration: Fahuwa fee AAeeshatin radiyatin

Translation: Uyo, ni we azoba mu buzima bushimishije mu Bwami bw’ijuru.

101:8

وَأَمَّا مَنۡ خَفَّتۡ مَوَٰزِينُهُۥ ﴿8﴾

Transliteration: Waamma man khaffat mawazeenuhu

Translation: Nayo uwo ivyiza vyiwe bizohwahuka ku munzani;

101:9

فَأُمُّهُۥ هَاوِيَةٞ ﴿9﴾

Transliteration: Faommuhu hawiyatun

Translation: Uyo rero, uburuhukiro bwiwe ni mu manga ihonya.

101:10

وَمَآ أَدۡرَىٰكَ مَا هِيَهۡ ﴿10﴾

Transliteration: Wama adraka ma hiyah

Translation: Mbega none, ni igiki cokumenyesha ico ari co imanga ihonya?

101:11

نَارٌ حَامِيَةُۢ ﴿11﴾

Transliteration: Narun hamiyatun

Translation: Ni umuriro udahera, ururumba.

Transliteration source: English Transliteration by Tanzil. Used under Tanzil's non-commercial terms; see the source and latest updates at Tanzil. Tanzil translation download