quranm◉

Surah Al-Masad transliteration

◉ Sura · ∞

111:1

تَبَّتۡ يَدَآ أَبِي لَهَبٖ وَتَبَّ ﴿1﴾

Transliteration: Tabbat yada abee lahabin watabba

Translation: Yarahonye Abu Lahabi, aragahona ku kubera ukubangamira kwiwe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).

111:2

مَآ أَغۡنَىٰ عَنۡهُ مَالُهُۥ وَمَا كَسَبَ ﴿2﴾

Transliteration: Ma aghna AAanhu maluhu wama kasaba

Translation: Amatungo yiwe, eka n’abana biwe, nta co bizomumarira ngo bimukingire ibihano vy’Imana Allah.

111:3

سَيَصۡلَىٰ نَارٗا ذَاتَ لَهَبٖ ﴿3﴾

Transliteration: Sayasla naran thata lahabin

Translation: Azokwinjira mu muriro ururumba cane, maze awote;

111:4

وَٱمۡرَأَتُهُۥ حَمَّالَةَ ٱلۡحَطَبِ ﴿4﴾

Transliteration: Waimraatuhu hammalata alhatabi

Translation: Ari kumwe n’umugore wiwe (Ummu Jamiila), yahora yikorera amahwa akayatega mu nzira Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) icamwo;

111:5

فِي جِيدِهَا حَبۡلٞ مِّن مَّسَدِۭ ﴿5﴾

Transliteration: Fee jeediha hablun min masadin

Translation: Uyo mukenyezi, azotabwa mu muriro aboheshejwe mw’izosi ikiziriko gitsivye neza.

Transliteration source: English Transliteration by Tanzil. Used under Tanzil's non-commercial terms; see the source and latest updates at Tanzil. Tanzil translation download