quranm◉

Surah Al-Infitar transliteration

◉ Sura · ∞

82:1

إِذَا ٱلسَّمَآءُ ٱنفَطَرَتۡ ﴿1﴾

Transliteration: Itha alssamao infatarat

Translation: Igihe ijuru ryasadaguritse;

82:2

وَإِذَا ٱلۡكَوَاكِبُ ٱنتَثَرَتۡ ﴿2﴾

Transliteration: Waitha alkawakibu intatharat

Translation: Igihe n’inyenyeri zahungurutse;

82:3

وَإِذَا ٱلۡبِحَارُ فُجِّرَتۡ ﴿3﴾

Transliteration: Waitha albiharu fujjirat

Translation: Igihe n’ibiyaga vyagomorowe bigacika kimwe;

82:4

وَإِذَا ٱلۡقُبُورُ بُعۡثِرَتۡ ﴿4﴾

Transliteration: Waitha alqubooru buAAthirat

Translation: Igihe n’imva zazuwe;

82:5

عَلِمَتۡ نَفۡسٞ مَّا قَدَّمَتۡ وَأَخَّرَتۡ ﴿5﴾

Transliteration: AAalimat nafsun ma qaddamat waakhkharat

Translation: Ivyo vyose nivyashika, umuntu wese azomenya ico yakoze n’ico yirengagije, aheze agihemberwe.

82:6

يَـٰٓأَيُّهَا ٱلۡإِنسَٰنُ مَا غَرَّكَ بِرَبِّكَ ٱلۡكَرِيمِ ﴿6﴾

Transliteration: Ya ayyuha alinsanu ma gharraka birabbika alkareemi

Translation: Ewe muntu uhakana izurwa ry’ibiremwa! Wahenzwe n’igiki kigutuma ugarariza Imana yawe Rurema Allah, Nyenubugiraneza?

82:7

ٱلَّذِي خَلَقَكَ فَسَوَّىٰكَ فَعَدَلَكَ ﴿7﴾

Transliteration: Allathee khalaqaka fasawwaka faAAadalaka

Translation: Ni Yo Yakuremye, Iragutunganya, Iranakuringaniza neza;

82:8

فِيٓ أَيِّ صُورَةٖ مَّا شَآءَ رَكَّبَكَ ﴿8﴾

Transliteration: Fee ayyi sooratin ma shaa rakkabaka

Translation: Yakuremye uko Ishaka mw’ishusho rihambaye.

82:9

كَلَّا بَلۡ تُكَذِّبُونَ بِٱلدِّينِ ﴿9﴾

Transliteration: Kalla bal tukaththiboona bialddeeni

Translation: Bantu ! Nimuteshwe mute murahumba! Murihenda mu gusenga ibigirwamana. Ahubwo mwebwe muhakana mwivuye inyuma umusi w’impera n’iharurirwa.

82:10

وَإِنَّ عَلَيۡكُمۡ لَحَٰفِظِينَ ﴿10﴾

Transliteration: Wainna AAalaykum lahafitheena

Translation: Mu vy’ukuri, mufise abamalayika bajejwe kubabungabungira ivyo mukora mu kuvyandika;

82:11

كِرَامٗا كَٰتِبِينَ ﴿11﴾

Transliteration: Kiraman katibeena

Translation: Batewe iteka n’Imana Allah, bandika vyose ata kibacika;

82:12

يَعۡلَمُونَ مَا تَفۡعَلُونَ ﴿12﴾

Transliteration: YaAAlamoona ma tafAAaloona

Translation: Barazi ivyo mukora vyose, vyaba ivyiza canke ibibi.

82:13

إِنَّ ٱلۡأَبۡرَارَ لَفِي نَعِيمٖ ﴿13﴾

Transliteration: Inna alabrara lafee naAAeemin

Translation: Mu vy’ukuri aberanda bubahiriza agateka k’Imana Allah n’agateka k’ibiremwa, ni ukuri bazoba bari mu nema z’Ubwami bw’ijuru.

82:14

وَإِنَّ ٱلۡفُجَّارَ لَفِي جَحِيمٖ ﴿14﴾

Transliteration: Wainna alfujjara lafee jaheemin

Translation: Mu vy’ukuri, n’inkozi z’ikibi zitigera zubahiriza agateka k’Imana Allah n’ak’ibiremwa, na zo zizoba ziri mu muriro ururumba;

82:15

يَصۡلَوۡنَهَا يَوۡمَ ٱلدِّينِ ﴿15﴾

Transliteration: Yaslawnaha yawma alddeeni

Translation: Zizowinjira, ziwote ku musi w’impera;

82:16

وَمَا هُمۡ عَنۡهَا بِغَآئِبِينَ ﴿16﴾

Transliteration: Wama hum AAanha bighaibeena

Translation: Ntizizowukira ngo ziwuvemwo canke ngo zipfe.

82:17

وَمَآ أَدۡرَىٰكَ مَا يَوۡمُ ٱلدِّينِ ﴿17﴾

Transliteration: Wama adraka ma yawmu alddeeni

Translation: Mbega, ni igiki cokumenyesha uwo musi w’impera ico ari co!

82:18

ثُمَّ مَآ أَدۡرَىٰكَ مَا يَوۡمُ ٱلدِّينِ ﴿18﴾

Transliteration: Thumma ma adraka ma yawmu alddeeni

Translation: Hanyuma, ni igiki cokumenyesha uwo musi w’impera ico ari co!

82:19

يَوۡمَ لَا تَمۡلِكُ نَفۡسٞ لِّنَفۡسٖ شَيۡـٔٗاۖ وَٱلۡأَمۡرُ يَوۡمَئِذٖ لِّلَّهِ ﴿19﴾

Transliteration: Yawma la tamliku nafsun linafsin shayan waalamru yawmaithin lillahi

Translation: Ni umusi umuntu ata co azomarira mugenziwe. Itegeko kuri uwo musi, ni iry’Imana Allah Yonyene.

Transliteration source: English Transliteration by Tanzil. Used under Tanzil's non-commercial terms; see the source and latest updates at Tanzil. Tanzil translation download