لَآ أُقۡسِمُ بِهَٰذَا ٱلۡبَلَدِ ﴿1﴾لَآ أُقۡسِمُ بِهَٰذَا ٱلۡبَلَدِ
Transliteration: La oqsimu bihatha albaladi
Translation: Jewe Allah, Ndarahiye kuri iki gisagara ceranda ca Makka!
لَآ أُقۡسِمُ بِهَٰذَا ٱلۡبَلَدِ ﴿1﴾لَآ أُقۡسِمُ بِهَٰذَا ٱلۡبَلَدِ
Transliteration: La oqsimu bihatha albaladi
Translation: Jewe Allah, Ndarahiye kuri iki gisagara ceranda ca Makka!
وَأَنتَ حِلُّۢ بِهَٰذَا ٱلۡبَلَدِ ﴿2﴾وَأَنتَ حِلُّۢ بِهَٰذَا ٱلۡبَلَدِ
Transliteration: Waanta hillun bihatha albaladi
Translation: Kikaba ari na co wewe Intumwa Muhamadi urekuriwe gukoreramwo ico ushatse[1].
وَوَالِدٖ وَمَا وَلَدَ ﴿3﴾وَوَالِدٖ وَمَا وَلَدَ
Transliteration: Wawalidin wama walada
Translation: Ndarahiye kandi no ku kiremwa kivyara (ari co Adamu) n’ikivyarwa (mu rwaruka rwiwe)!
لَقَدۡ خَلَقۡنَا ٱلۡإِنسَٰنَ فِي كَبَدٍ ﴿4﴾لَقَدۡ خَلَقۡنَا ٱلۡإِنسَٰنَ فِي كَبَدٍ
Transliteration: Laqad khalaqna alinsana fee kabadin
Translation: Ko mu vy’ukuri Twebwe Allah Twaremye, ikiremwa-muntu kizohura n’umuruho ku wundi kw’isi kugeza gupfa.
أَيَحۡسَبُ أَن لَّن يَقۡدِرَ عَلَيۡهِ أَحَدٞ ﴿5﴾أَيَحۡسَبُ أَن لَّن يَقۡدِرَ عَلَيۡهِ أَحَدٞ
Transliteration: Ayahsabu an lan yaqdira AAalayhi ahadun
Translation: Mbega umuntu kubera amatungo yegeranije, yibaza ko ata wuzoshobora kumugonda!
يَقُولُ أَهۡلَكۡتُ مَالٗا لُّبَدًا ﴿6﴾يَقُولُ أَهۡلَكۡتُ مَالٗا لُّبَدًا
Transliteration: Yaqoolu ahlaktu malan lubadan
Translation: Avuga yihaya ngo: “Naratanze amatungo menshi cane!”.
أَيَحۡسَبُ أَن لَّمۡ يَرَهُۥٓ أَحَدٌ ﴿7﴾أَيَحۡسَبُ أَن لَّمۡ يَرَهُۥٓ أَحَدٌ
Transliteration: Ayahsabu an lam yarahu ahadun
Translation: Mbega, yibaza ko ata n’umwe amubona akazomuhera ku vyo yakoze, vyaba bike canke vyinshi!
أَلَمۡ نَجۡعَل لَّهُۥ عَيۡنَيۡنِ ﴿8﴾أَلَمۡ نَجۡعَل لَّهُۥ عَيۡنَيۡنِ
Transliteration: Alam najAAal lahu AAaynayni
Translation: Mbega, Twebwe Allah Ntitwamuhaye amaso abiri abonesha!
وَلِسَانٗا وَشَفَتَيۡنِ ﴿9﴾وَلِسَانٗا وَشَفَتَيۡنِ
Transliteration: Walisanan washafatayni
Translation: Tumuha n’ururimi hamwe n’iminwa ibiri, kugira ashobore gutomora ijambo!
وَهَدَيۡنَٰهُ ٱلنَّجۡدَيۡنِ ﴿10﴾وَهَدَيۡنَٰهُ ٱلنَّجۡدَيۡنِ
Transliteration: Wahadaynahu alnnajdayni
Translation: Dutako Turamumenyesha Tumutomorera inzira zibiri, iy’iciza n’iy’ikibi, kugira ngo yihitiremwo!
فَلَا ٱقۡتَحَمَ ٱلۡعَقَبَةَ ﴿11﴾فَلَا ٱقۡتَحَمَ ٱلۡعَقَبَةَ
Transliteration: Fala iqtahama alAAaqabata
Translation: Mbega, ubwo ntiyotanga amatungo yiwe akabona kuruhuka umuruho wo mu buzima bw’inyuma yo gupfa!
وَمَآ أَدۡرَىٰكَ مَا ٱلۡعَقَبَةُ ﴿12﴾وَمَآ أَدۡرَىٰكَ مَا ٱلۡعَقَبَةُ
Transliteration: Wama adraka ma alAAaqabatu
Translation: Ni igiki cokumenyesha ico ari co umuruho wo mu buzima bw’inyuma yo gupfa n’icowugukiza!
فَكُّ رَقَبَةٍ ﴿13﴾فَكُّ رَقَبَةٍ
Transliteration: Fakku raqabatin
Translation: Ni uguha umugurano w’umwemeramana ubwigenge;
أَوۡ إِطۡعَٰمٞ فِي يَوۡمٖ ذِي مَسۡغَبَةٖ ﴿14﴾أَوۡ إِطۡعَٰمٞ فِي يَوۡمٖ ذِي مَسۡغَبَةٖ
Transliteration: Aw itAAamun fee yawmin thee masghabatin
Translation: Canke ugufungurira mu gihe c’inzara izura inzara;
يَتِيمٗا ذَا مَقۡرَبَةٍ ﴿15﴾يَتِيمٗا ذَا مَقۡرَبَةٍ
Transliteration: Yateeman tha maqrabatin
Translation: Impfuvyi ya hafi mu muryango[2];
أَوۡ مِسۡكِينٗا ذَا مَتۡرَبَةٖ ﴿16﴾أَوۡ مِسۡكِينٗا ذَا مَتۡرَبَةٖ
Transliteration: Aw miskeenan tha matrabatin
Translation: Canke umworo ata co yimariye (ata gira shinge na rugero).
ثُمَّ كَانَ مِنَ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلصَّبۡرِ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلۡمَرۡحَمَةِ ﴿17﴾ثُمَّ كَانَ مِنَ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلصَّبۡرِ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلۡمَرۡحَمَةِ
Transliteration: Thumma kana mina allatheena amanoo watawasaw bialssabri watawasaw bialmarhamati
Translation: Inyuma yo gukora ivyo vyose, umuntu akaba ari mu bemeramana, bahanurana kwihanganira kwumvira Imana Allah no kutayigabitanyiriza, bakanahanurana kugirira impuhwe ibiremwa.
أُوْلَـٰٓئِكَ أَصۡحَٰبُ ٱلۡمَيۡمَنَةِ ﴿18﴾أُوْلَـٰٓئِكَ أَصۡحَٰبُ ٱلۡمَيۡمَنَةِ
Transliteration: Olaika ashabu almaymanati
Translation: Abo barangwa n’ivyo rero, ni bo bantu bo mu ruhande rw’iburyo, bazoruhukira mu Bwami bw’ijuru.
وَٱلَّذِينَ كَفَرُواْ بِـَٔايَٰتِنَا هُمۡ أَصۡحَٰبُ ٱلۡمَشۡـَٔمَةِ ﴿19﴾وَٱلَّذِينَ كَفَرُواْ بِـَٔايَٰتِنَا هُمۡ أَصۡحَٰبُ ٱلۡمَشۡـَٔمَةِ
Transliteration: Waallatheena kafaroo biayatina hum ashabu almashamati
Translation: Nayo abagararije Aayah zacu za Qor’ani, abo ni bo bantu bo mu ruhande rw’ibubamfu;
عَلَيۡهِمۡ نَارٞ مُّؤۡصَدَةُۢ ﴿20﴾عَلَيۡهِمۡ نَارٞ مُّؤۡصَدَةُۢ
Transliteration: AAalayhim narun musadatun
Translation: Bazoba bapfundikiriwe mu muriro ubakikuje ku mpande zose.
Transliteration source: English Transliteration by Tanzil. Used under Tanzil's non-commercial terms; see the source and latest updates at Tanzil. Tanzil translation download